Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuba muri Kuwait, ahantu ubushuhe bushikana 50C, si ivya bose...
COP26: Guhindagurika kw'ibihe kwigaragaza mu kwiyongera kw'ubushuhe nk'imwe mu ngaruka. Muri Kuwait, hasigaye hashuha ku buryo bw'ikirenga nk'uko abahaba babivuga.