Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
COP26: Ni igiki cokwitegwa muri iyi nama idasanzwe kw'ihindagurika ry'ibihe?
I Glasgow muri Ecosse hamaze iminsi habera inama mpuzamakungu kw'ihindagurika ry'ibihe, ariko none ico umuntu yoyitegako ni igiki?