Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: Igihugu aho kunyuruza abanyeshure vyabaye ndanse
Itohoza rya BBC, Africa Eye, ryerekana ingene abanyagihugu babuze ayo bacira n'ayo bamira kubera ibikorwa vyo kunyuruza abantu