Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuba ahantu h'ubushuhe bwa degere 50: Mu bugaragwa bwa Mauritania haba abigerezako
Ababa mu bice bimwe vy'ubugaragwa bw'igihugu ca Mauritania barata bakomoka bakaja kuba ahandi kubera ubushuhe bw'ikirenga.
Hamwe hamwe ubwo bushuhe burashika kuri degere 50.