Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ihindagurika ry'ibihe: Inka 'zamenyerejwe gukoresha toilette' mu kugabanya imyuka yonona ikirere
Inka zigishijwe gukoresa "MooLoo" mu cigwa co kwirinda imyuka ihumanya ikirere
The toilet allowed researchers in Germany to collect and treat the urine.
Umwuka wa ammoniac w'amaganga y'inka uhinduka oxide nitreux yonona ikirera iyo uvanganye n'ibivu.
Kw'isi yose, hafi 10% y'imyuka yisuka mu kirere ikaconona iturutse ku bikorwa vy'abantu iva mu bitungwa.