Ushobora kuba wibaza ko abanonotsi bafungura ibidasanzwe... subira wiyumvire

Irabire ingene aba banonotsi rurangiranwa kw'isi bo muri Kenya bafungura ibifungurwa bisanzwe cane ariko bakaba intashikirwa.