Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo byanyu kuri Covid-19: Gutinda kwiteza urukingo rwa kabiri hari inkurikizi byagira?
Ahmad Karenzi arabaza ati "nabonye urukingo rwa AstraZeneca tariki 13 /03/2021. None urwa kabiri abandi barufashe ndi mu bitaro. Nabazaga ingaruka nagira mu gihe urwa kabiri ndubonye ntinze cyangwa sindubone rwose".
Dr Nduwayo Leonard ukorera mu Bufaransa niwe akomeza gusubiza ibibazo mutwoherereza.