Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ntawuraboneka yanduye coronavirus mu Burundi, ngo ariko bariteguye
Coronavirus, mu Burundi se bimeze gute? Kugeza ubu nta bwandu na bumwe bwari bwatangazwa ku mugaragaro n'ubutegetsi.
Ariko kuba u Burundi buturanye n'ibihugu byamaze kugaragaramo ubu bwandu twashatse kumenya icyo leta n'izindi nzego z'ubuzima biri gukora.
Prudent Nsengiyumva yavuganye na Kazadi Mulombo Walter, umuyobozi mukuru w'ishami rishinzwe ubuzima ku isi OMS, mu Burundi.
Yatangiye amubaza ingamba zafashwe (umva ikiganiro bagiranye aho hejuru).
Ushobora gusoma kandi: