Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aung San Suu Kyi: Yageze gute aho aregwa jenoside?
Aung San Suu Kyi, umurongozi wo muri Myanmar, yatanguye kwiregura ku birego vya jenoside leta yiwe yagirizwa ko yakoreye abo mu bwoko bw'aba Rohingya.
Ico kirego cazanywe n'igihugu ca Gambia, urubanza rukaba ruriko rurabera kuri Sentare Mpuzamakungu y'Ubutungane.
None Madamu Suu Kyi yavuye gute ku rwego rw'uwuharanira agateka ka muntu akanatsindira agashimwe Nobel k'amahoro, agashika aho aregwa jenoside?
Kurikira iyi video...