Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afasha abakobwa kuganira ku bibazo bibatera ipfunwe
Afasha abakobwa kuganira ku bibazo bibatera ipfunwe. Yitwa Aline Berabose, umunyarwandakazi w'imyaka 23 aba mu Rwanda ashaka guteza imbere umutegarugori.
Ubwo aheruka mu biro bya BBC i London, yatubwiye ku bikorwa bye akora mu cyitwa 'I matter Initiative', mu gutegura ibiganiro bya radiyo bivuga ku bireba umukobwa.
Bafasha kandi kurwanya ubukene bwo kubura ibikoresho by'isuku ku bakobwa bari mu mihango.