Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ese isoko rusange rya Afrika rirashoboka? Umva ibisobanuro by'umuhanga...
Afrika iheruka gutangiza ku mugaragara isoko rusange bivugwa ko rizoroshya ubuhahirane hagati y'ibihugu bigize uwo mugabane.
Ariko se iri soko mu by'ukuri rizashoboka? Ibi ni ibisobanuro by'umuhanga mu by'ubukungu, Bwana Joseph Ngarambe, yaganiriye na Florentine Kwizera wa BBC Gahuzamiryango.