Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'Imvano ku bitekerezo ku biganiro bitatu biherutse: itangazamakuru, amoko, Minembwe
Turavugana n'abatanze ibitekerezo ku biganiro bitatu biherutse ku bwisanzure bw'itangazamakuru cyane cyane mu Rwanda no mu Burundi, ku nyito y'ubwoko mu Rwanda, no ku mirwano i Minembwe muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo.
Iki kiganiro mwagiteguriwe kandi murakigezwaho na Félin Gakwaya.