Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu Burundi ibibanza bimwe bigiye guhindura amazina
Mu Burundi bimwe muvyo umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yashikirije mu ijambo ryo kwibuka imyaka 57 igihugu kironse intahe yo kwikukira n'uko hari amabarabara canke inyubako bigiye guhindura amazina bikitirigwa bamwe mu bantu baranze kahise k'igihugu.
Aha umuntu yivuga nka Stade Prince Louis Rwagasore igiye kwitirirwa intwari.
Ni mwumvirize uko Karerwa Jean Claude avugira umukuru w'igihugu abisigura. Yishura ibibazo vya Felin Gakwaya.