Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'Imvano kw' iterambere ry'umupira w'amaguru mu karere ka Afrika y'Ubuseruko
Muri kino kiganiro, abatumire Alain Olivier Niyungeko, umumenyereza w'Intamba mu Rugamba, Abdul Karim Mackenzi akinira intamba mu Rugamba, na Jean-Baptiste Kayiranga yigeze kuba umumenyereza w'umurwi nserukira gihugu w'u Rwanda, baganira ku vyerekeye iterambere mu rukino rw'umupira w'amaguru mu karere ka Afrika y'Ubuseruko. Ni inyuma y'aho ibihugu vy'Uburundi, Tanzaniya, Uganda na Kenya bironkeye uburenganzira bwo kwinjira mu gice ca nyuma c'ihiganwa ry'imirwi nserukirabihugu rya Africa, CAN 2019.