Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Izuba ngo rizagera aho rizime burundu
Abahanga bo muri Kaminuza ya Birmingham mu Bwongereza baravuga ko izuba rizazima burundu mu yindi myaka hafi miliyari eshanu iri imbere.
Rifatiye runini cyane isi mu rwego rw'ingufu z'umuriro.