Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abatumire ba BBC barashikiriza ivyiyumviro ku cuka kiri hagati y'u Burundi n'u Rwanda
Abatumire ba BBC Théogène Rudasingwa na Léonce Ngendakumana barashikiriza ivyiyumviro ku cuka kiri hagati y'u Burundi n'u Rwanda inyuma y'amakete hagati ya Perezida Pierre Nkurunziza w'u Burundi na Yoweri Museveni wa Uganda ari nawe arongoye umuryango w'ibihugu vya Afrika y'ubuseruko muri kino gihe.