Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza ku vyaha vy'abo mw'iperereza mu Burundi
Iri tohoza ry'igisata ca BBC kijejwe amatohoza (BBC Africa Eye) ryatanguye inyuma y'uko habonetse ibisa n'amaraso vyatemba biva mu rupangu ruri mu gisagara Bujumbura.