Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenshi abavyeyi bavyara abana bamugaye muri Kenya bahimirizwa kubica
Kenshi abavyeyi bavyara abana bamugaye muri Kenya bahimirizwa kubica, mu muco w'ico gihugu bakaba bibaza ko abo bana bahumanye, ngo kandi bafise amadayimoni.