Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Priscilla Umutashya Ruzibuka, aheruka guhabwa agashimwe n'Umwamikazi w'Ubwongereza
Priscilla Umutashya Ruzibuka, aheruka guhabwa agashimwe n'Umwamikazi w'Ubwongereza kubera ibikorwa byo gutera imbaraga abategarugori mu Rwanda.
Ako gashimwe kitwa The Queen's Young Leaders Award, Priscilla yagahawe n'umwamikazi w'Ubwongereza Elizabeth wa kabiri mu ngoro ya Buckingham Palce mu kwezi kwa gatandatu.
Icyo gihe yanagendeye BBC Gahuzamiryango mu biro ikoreramo i London, atubwira ibyo akora n'inkuntu yakiriye ako gashimwe.