Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu Rwanda hitezwe abategetsi bakomeye kw'isi mu minsi iri imbere, barimo uw'Ubushinwa n'uw'Ubuhinde
U Rwanda rwiteze mu mpera z'iyi ndwi no muyiza kugenderwa n'umushikiranganji wa mbere w' Ubuhinde, Nerandra Modi, hamwe na perezida w'Ubushinwa, Xi Jinping.
Kuva ejo naho u Rwanda rwakiriye perezida wa Mozambique, Philippe Nyusi.
BBC yabajije icegera c'umushikiranji w'imigenderanire, Olivier Nduhungirehe, ico u Rwanda ruzokwungukira muri izo ngendo z'abo bategetsi, uhereye kuri Philip Nyusi wa Mozambique.
Olivier Nduhungireha yabwiye BBC bimwe mu vyo bemeranije na perezida Paul Kagame.