Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Intambara y'ubucuruzi ya Amerika n'Ubushinwa hari icyo ikubwiye?
Amerika yatangiye kwaka amahoro ku bintu bikorerwa mu Bushinwa, Ubushinwa nabwo bwaka amahoro ku biva muri Amerika. Ni mucyo bita intambara y'ubucuruzi.