Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
U Burundi ngo ntawateye mu Rwanda avuye ku butaka bwabwo
U Burundi ngo ntawateye mu Rwanda avuye ku butaka bwabwo, ngo ibivugwa n'igipolisi c'u Rwanda ni ikinyoma cambaye ubusa.
Ico gitero cabaye ku wa Mungu mw'ijoro cagira kabiri mu ndwi zidashika zibiri kandi n'ubwa mbere, ico gipolisi cari catunze agatoki uruhande rw'u Burundi.
Umviriza umuvugizi w'ubushikiranganji bw'u Burundi bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu, Terence Ntahiraja, avuga ko ivyo atarivyo namba.