Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abaharanira agateka ntibashima kwirukana abanyeshure batwaye inda mu Burundi
Abaharanira agateka ntibashima kwirukana abanyeshure batwaye inda mu Burundi, mu gihe ubushikiranganji bujejwe indero ariyo ngingo bwafashe.
Abategetsi ba leta y'u Burundi nta insiguro kuri ico cemezo bahaye BBC, ariko urunani "BAFASHE BIGE" rwita ku ndero mu Burundi, rwavuze ko ico cemezo kibangamiye indero.
Uwurongoye urwo runani, Jean Samandari, yavuganye na Prime Ndikumagenge.