Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu masanamu, impunzi zihunga imirwano muri Kongo zakiriwe mu Burundi
Impunzi zihunga imirwano hagati y'igisirikare ca Republika Iharanira Demokrasi ya Kongo n'umugwi w'aba Mai Mai zaraye zishikiye mu bumanuko bw'u Burundi ari nyinshi