Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umwana yarokotse ingwara y'umutima idasanzwe
Nti vyari vyoroshe ku bavyeyi ba Vanellope guhitamwo nimba bamurindira akavuka canke bagafashwa gukorora inda kubera ikibazo umwana yagaragaje akiri mu nda c'umutima wari hanze y'umuibiri, bita 'ectopia cordis'.
Ariko bashima ko umwana yavutse agashika ari muzima, amaze kubagwa incuro gatatu mu ndwi zitatu nyene amaze avutse ariko amagara yiwe akomeza guter' imbere ku buryo bafise icizere ko azobaho.