Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imihango y'umukobwa itangira ryari?
Muri iki kiganiro, Yvette Kabatesi arahanira na Muganga Alphonse Butoyi, ku nsanganyamatsiko ijyanye n'imihango y'abagore cyangwa ubutinyanka mu Kirundi.
Itangira ryari? Imara igihe kingana iki? Ibisobanuro biri mu kiganiro.