Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abantu barenga 50 bishwe barasiwe i Las Vegas muri Amerika
Abantu barenga 50 bishwe barasiwe i Las Vegas muri Amerika. Barashwe n'umugabo witwaje imbunda witwa Stephen Paddock w'imyaka 64.