Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Diane Rwigara: "Ubuzima bwacu ntabwo bworoshye"
Diane Rwigara, Umunyarwandakazi wagerageje kwiyamamaza mu matora y'umukuru w'igihugu mu Rwanda muri 2017, yavuganye na BBC Gahuzamirynago ku nshuro ya mbere nyuma y'aho igipolisi gitangiye guhata umuryango we ibibazo. Umwari Rwigara avuga ko ubuzima, we n'abo mu muryango we babayeho muri iki gihe 'bukomeye'.