Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Diane Rwigara yongeye guterwa umukwabu no gutwarwa n'igipolisi
Igipolisi c'Urwanda congeye guta muri yompi Diane Rwigara, umunyepolitike atavuga rumwe na leta, ari mu bagerageje kwitoza mu matora y'umukuru w'igihu yo mu kwezi guheze.
Kuwa kabiri igipolisi cari cabarekuye, kikavuga ko bashobora guhamagazwa igihe ico arico cose.
Bagirizwa ivyaha vyo gukoresha impapuro mpimbano hamwe no kutariha amakori ya leta.
Ben Rutabana, inarume wa Diane Rwigara, yiganiye BBC ivyo amaze kumenya ku kibazo ca mwishwawe n'abo bandi mu muryango wa Assinapol Rwigara.