Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Simeon Ndwaniye, yiganiye BBC ivyabaye ku muryango wa muramuwe Rwigara.
Ibivugwa n'igipolisi bitandukanye n'ivyo incuti zabo n'abavandimwe bavuga ko bamaze kumenya.
Uretse ko abari mu rugo kwa Rwigara bose bivugw ako bataboneka kuri terefone zabo kuva ejo, musaza wa Mme Adeline Rwigara, umugore asiga Assinapol Rwigara yavuze ko mushikiwe na bishwawe bajanywe baboshe amapingu ahantu hatazwi.
Yemeza yabariwe n'umwe mu bana ba mushikiwe ko bajanywe baboshwe amapingu bakarazwa ahantu akeka ko ari mu kigo ca polisi kijejwe itohoza CID mw'ijoro ryakeye.
Umva hano Simeon Ndwaniye.