Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Impunzi z'abanyekongo zituzwa muri Amerika ziva mu Rwanda zaragabanutse
Muri iki cyumweru hagiye impunzi 18 zo mu nkambi ya Kiziba mu burengerazuba bw'Urwanda. Umubare w'abagenda uragenda ugabanuka.