Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umugore wa mbere utwara indege z'intambara muri Zambia
Sous-Lieutenant Thokozile Muwamba, w'imyaka 24 y'amavuko, yabaye umugore wa mbere muri Zambia utwara indege z'intambara. Yaganiriye na BBC avuga ko akunda akazi ke kandi ko indege itamenya niba itwawe n'umugore cyangwa se umugabo.