Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibibazo n'ivyiyumviro ku biganiro vy'Abarundi biri Arusha
Umuhuza yashizweho n'akarere ka Afrika y'ubuseruko ngo afashe Abarundi kumvikana ku kibazo ca politike kimaze hafi imyaka ibiri, avuga ko yifuza ko yoba yashoje uwo murimo yashinzwe mu kwezi kwa gatandatu kw'uyu mu mwaka.
Uyu munsi iyi imvo n'imvano yahaye urubuga abanyagihugu, ngo bashikirize ico basaba umuhuza n'abanyapolitike bari kumwe Arusha.