Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ministri w'intebe w'Ubuyapani muri Hawaii
Ministri w'intebe w'Ubuyapani Shinzo Abe yageze muri leta ya Hawaii muri Amerika aho agomba gusura Pearl Harbor, haguye abasirikare b'abanyamerika barenga 2000 mu gitero gitunguranye cy'Ubuyapani muri 1941. Iki gitero nicyo cyatumye Amerika yinjira mu ntambara ya kabiri y'isi yose.
Yashyize indabyo ku rwibutso rwa National Memorial of the Pacific arikumwe n'umukuru warwo James Horton.