Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kachindamoto ni umugore ukwiye kumenya
Theresa Kachindamoto ni umwe mu bagore bo muri Afurika ukwiye kumenya. Ni umuyobozi w'akarere ka Dedza muri Malawi watanze gatanya 840 kubashinze urugo ari abana.