Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abakirisu ba Virginia babwiye BBC uko babona Trump
Muri Leta zunze Ubumwe za Amerika bimenyerewe ko mashengero rukirisu akunze gushigikira aba kandida b'aba Repubulikani mu matora.
None iyo nyifato yoba yarahindutse uravye ivyo uwurondera kwitoza kw' izina ry'uyu mugambwe Donald Trump yagirizwa bijanye no gufata nabi abagore?
BBC yagendeye Virginia kugirango yihweze uko vyifashe.