Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abaprezida b'ibihugu vya EAC bashitse kuki ku Burundi?
Abakuru b'ibihugu bigize ishirahamwe ry'ubuseruko bwa Afrika (EAC) bakoraniye mu nama i Dar Es Salaam, aho muvyo biga, harimwo ikibazo c'ibiganiro bihuza abarundi.
Umuhuza mu matati y'abarundi, uwahoze arongoye Tanzania, Benjamin Mkapa, yahaye icegeranyo abo bakuru b'ibihugu c'ivyo amaze gushiko.