Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ikiganiro n'umukuru mushasha wa CNDD FDD Gen Evariste Ndayishimiye
Umukuru mushasha wa CNDD FDD, Gen Evariste Ndayishimiye, yabwiye BBC ko umugamwe akuriye wemera jenoside yo mu Rwanda, ngo bihushanye n'ivyumviswe na ONU mw'ijambo uwo mugambwe uheruka gushikiriza.