Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Julia afise umugera wa Sida ariko yabihishije umugabo
Umupfasoni wo muri Afrika y'epfo agendana umugera wa Sida afata imiti yinyegeje, kuko yabihishije umugabo.
Julia w'imyaka 42, yanduye uwo mugera ku muntu bahewruka kuryamana.
Aratinya ko abibwiye umugabo, yoca amuheba kandi ata buryo yosubira kuronka bwo kubeshaho umuryango wiwe.