Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Lionel Messi yakatiwe gupfungwa
Lionel Messi yari yaciwe amahadabu arenga miliyoni zibiri z'ama dorari.
Se wa Lionel Messi, Jorge, nawe nyene yari yahanishijwe igipfungo n'ihadabu ya miriyoni 1.7 y'amadarari.
Nta n'umwe muri abo bompi yitezwe kuja mu munyororo kubera amategeko ya Espagne, ibihano vy'igipfungo kigufi mu bisanzwe ntibikunze gushirwa mu ngiro.
Messi na se bahamwe n'icaha co kutariha amatagisi mu kigega ca Espagne, aciye za miriyoni z'amadorari, kubera kunyegeza amafaranga binjiza kuma konte yabo yo hanze.