Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amafoto: Barack Obama mu Bwongereza
Perezida wa Amerika Barack Obama n'umugore we Michelle batangiye uruzinduko rw'iminsi itatu barimo mu Bwongereza basangira ifunguro ryo ku manywa n'Umwamikazi Elizabeth II n'umugabo we igikomangoma Phillip. Obama nyuma yahuye na Ministri w'intebe David Cameron mbere yuko asangira ifunguro rya nimugoroba n'igikomangoma William n'umugore we Kate bari kumwe n'igikomangoma Harry.