Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Mwalimu wanje ni Perezida w’igihugu”
Muri Centrafrique, mu banyeshule ba Perezida Faustin-Archange Touadéra bashinga intahe uko abigisha. Nawe ati, "iyo ndiko ndigisha, turanaganira n'abanyeshule, bikanyuzuza".