Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sri lanka : Imyiyerekano n’intureka bizoshika he?
Leta ya Sri Lanka yafashe ingingo zikomeye, umushikiranganji wa mbere Rajapaska aratanga imihoho, imyiyerekano irabandanya, hari n'abasaba ko na Perezida atanga imihoho.