Evariste Ndayishimiye asaba impunzi gutahuka

Mw’ijambo ryiwe, Bwana Ndayishimiye yasavye impunzi ko zotahuka mu gihugu c’amavukiro kugira no zifatanye n’abandi barundi kwubaka igihugu.