Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gukura Perezida wa Amerika bishoboka gute? Bikorwa gute, nande?
Mu gihe inama nshingamateka ya Leta Zunze Ubumwe za Amerika iriko irumviriza ivyabona mu gikorwa co kugerageza kubogoza Prezida Trump, izi ni insiguro z'ukuntu bigenda