Trump yise abashingamateka bane 'ivyaduka mva mahanga'

Inyuma y'ubutumwa bo bavuga ko 'busesemye', basaba abany'Amerika gufatira kur'ako karyo bagatembagaza Trump ku butegetsi.