Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abanyamurenge n'Abanyindu mw'itana mu mitwe muri Kongo, mu karere ka Fizi mu buseruko
Muri Republika ya Demokrasi ya Kongo mu ntara ya Kivu y'epfo mu karere ka Fizi, havugwa gutana mu mitwe hagati y'imigwi y'amoko y'Abanyindu n'Abanyamurenge.
Amakuru aturukayo avuga ko izo ntambara zahitanye abantu babiri ejo, abandi barata ingo zabo, nayo ikirwati ca Kitasha kitarurirwa.
Ariko umuvugizi w'igisirikare muri Kivu y'epfo, Kapitene Dieudonne Kasereka, avuga ko ari gukozanyako gusa hagati y'ayo moko, igipolisi ngo akaba ari co kiriko kirahosha iyo mishamirano.
Umviriza aho hejuru ikiganiro Florentine Kwizera yagiranye na Kapitene Kasereka.
Ushobora gushima gusoma kandi ibi: