Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Victoire Ingabire ngo yatunguwe n'iyicwa ry'umuvugizi wa FDU Inkingi
Victoire Ingabire ngo yatunguwe n'iyicwa ry'umuvugizi wa FDU Inkingi. Yahaye ikiganiro BBC Gahuzamiryango, atubwira ko yavuganye na Anselme Mutuyimana umunsi umwe imbere y'uko yicwa.