Papa yahawe icirwa n'agahungu gatoyi

Aka kana kankiye umuryango, abajejwe umutekano kukabuza gushika kuco gashaka.