Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
ONU - Burundi: agateka ka muntu kabandanya gahungabana (Umviriza Françoise Hampson wo mur'uwo murwi)
ONU ivuga ko ifise ivyemezo n'ibimenyetso bikwiye bituma yizera ko leta y'u Burundi ibandanya itoteza agateka ka muntu.